Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Senegal: Hissène Habré yanse kwisigura imbere ya sentare - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Senegal: Hissène Habré yanse kwisigura imbere ya sentare

Senegal: Hissène Habré yanse kwisigura imbere ya sentare

jeudi 10 Nyakanga 2015

Uwahoze ari umukuru w’igihugu caTchad, Hissène Habré yanse kugira ico ashikirije,inyuma y’ivyaha yagirijwe na sentare kuwa kabiri igenekerez rya 8 Nyakanga 2015.

Muri sentare Hissene Habre yatangaje abri ngaho mu kuguma anumye,mu gihe vyari vyitezwe ko yisigura ku vyaha yagirizwa.Umukuru wa sentare,yabanje gusaba Hissene Habre gutanga umwidondoro wiwe,aeriko aranka kugira ico ashikirije.

Abacamanza batatu bari bashashe mu rubanza bahavuye vbaja mu mwiherero baca bashikiriza ko Hissene Habre yanse kwisigura ku vyaha yagirizwa,kandi ko vyandikwa bikagira agaciro mu bucamanza.

Yagirizwa ivyaha vyakozwe hagati y’imyaka y’1982 na 1990.


Van Naris Mugisha

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.