Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sentare ntahinyuzwa muri Kenya yemeje intsinzi ya Uhuru - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sentare ntahinyuzwa muri Kenya yemeje intsinzi ya Uhuru

Sentare ntahinyuzwa muri Kenya yemeje intsinzi ya Uhuru

samedi 30 Ntwarante 2013

Sentare ntahinyuzwa muri Kenya yemeje ko Uhuru Kenyatta ariwe yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu, isubiza inyuma ikirego ca Raila Odinga.

Bwana Kenyatta yaronse intsinzi arushije Odinga amajwi make cane, ariko nta ngunga ya kabiri y’amatora yakenewe.

Raila Odinga yari yashikirije ikirego muri sentare avuga ko habaye ubusuma mu matora, akavuga ko amajwi ya Kenyatta yongerejwe.

Abantu barenga igihumbi barishwe mw’itana mu mitwe ryabaye haciye imyaka itanu nyuma y’amatora, ariko amatora y’uno mwaka yaranzwemwo umutekano.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.