Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Serbie:Umushikiranganji wa mbere yatewe amabuye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Serbie:Umushikiranganji wa mbere yatewe amabuye

Serbie:Umushikiranganji wa mbere yatewe amabuye

dimanche 12 Mukakaro 2015

Umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Seribiya, Aleksandar Vucic, yatewe amabuye n’abanya Bosiniya bari bashavuye igihe bari mu birori vyo kwibuka ubwicanyi bwo muri Srebrenica, ku ncuro ya 20.

Aleksander Vucic yatwe amacupa anatkwa ibitutsi igihe yava mw’itongo ry’abapfuye aho abantu 136 bishwe bariko barashingurwa.

Yatewe ibuye mu mutwe n’abayoboke b’idini rya Islam bababa ibihumbi umunani (8,000),bari muri ico kibanza.

Abo bariko bashingurwa muri ico ,ibanza bagizwe n’abagabo n’abahungu biciwe i Srebrenica,hamwe n’abasirikare ba Bosiniya,biciwe mu bwicanyi bubi kurusha ubundi, mu ntambara yaranduye igihugu ca Yugosilaviya.

Vicic yari yasohoye itangazo yiyamiriza ubwo bwicanyi nk’icaha c’ubunyamaswa, ariko yirinda gukoresha ijambo ihonyabwoko.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.