Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somaliya : Abagera kuri 30 baguye mu bitero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somaliya : Abagera kuri 30 baguye mu bitero

Somaliya : Abagera kuri 30 baguye mu bitero

mardi 1er Ntwarante 2016, par egide

Abantu bagera kuri 30 nibo bahitanwe n’ibisasu bibiri, abagera kuri 61 nabo barakomereka mu bitero vyakozwe n’umurwi w’iterabwoba wa Al-Shabab mu gisagara ca Baidoa, mu majyepfo y’uburengero bwa Somaliya.

Imodoka yari yatezwemwo ivyo ibisasu yaturikiye imbere y’inzu y’uburiro ikundwa cane, iri ku birometero 200 uvuye mu gisagara ca Mogadishu.

Umuyobozi wa AMISOM, Francisco Caetano Madeira yamenyesheje ko ababajwe n’inzirakarengane zaguye muri ivyo bitero.
Bibaye ubugira kabiri al shabab ikora ibitero muri Somaliya. Izo ntagondwa zaturikije ibisasu inyuma y’aho zinaniwe kwinjira mu biro bikuru vy’umukuru w’igihugu wa Somaliya, mbere bakananirwa n’ukwinjira ahakorera umushikiranganji wa mbere wa Somaliya.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.