Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somaliya:Al Shabaab yemeza ko hapfuye umufaransa wa 2 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somaliya:Al Shabaab yemeza ko hapfuye umufaransa wa 2

Somaliya:Al Shabaab yemeza ko hapfuye umufaransa wa 2

lundi 14 Nzero 2013

Al Shabaab yatangaje ifoto ivuga ko ari iy’umusirikare w’umufaransa yapfuye, ari iruhande y’inkoho n’ibindi bikoresho vya gisirikare.

Umushikiranganji wa mbere w’ Ubufaransa Jean Marc Ayrault, avuga kw’ayo mafoto ateye isoni n’agahinda.

Ubufaransa bwari bwavuze ko bwibaza ko umusirikare wabwo kumwe n’uwo bashaka kurekuza mur’ico gitero kitakunze yakora mw’iperereza, boba bapfuye mur’ico gitero nyene co ku wa gatandatu.

JPEG - 87.6 ko

Al Shabaab yo ivuga k’uwo bafashe ingwati akiriho, bavuga ko bazotangaza urubanza bazomucira mu nyuma.


Nsengiyumva Paterne

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.