Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Somaliya : Igitero ku ngabo za Amisom - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somaliya : Igitero ku ngabo za Amisom

Somaliya : Igitero ku ngabo za Amisom

samedi 27 Kigarama 2014

Icicaro c’ingabo zo muri AMISOM (African Union Mission in Somalia) kiri mu gihugu ca Somaliya catewe n’abantu bitwaje ibirwanisho.

N’kuko vyamenyeshejwe na Ali Houmed, umuvugizi w’ingabo za AMISOM, icicaro c’ingabo ca AMISOM catewe n’abantu bitwajwe ibirwanisho. Ali Houmed akamenyesha ko naho haturitse ama bombe atari make imbere y’ikirindiro c’abasirikare ba AMISOM ata vyinshi vyahononekariye. Hakaba habaye ugutana mu mitwe hagati y’ingabo za AMISOM n’abari baje bitwaje ibirwanisho baje kubatera.

Mwomenya ko gushika ubu, AMISOM ibangamiye abarwanyi ba Shebab bashigikiwe n’aba Islamu bo muri ico gihugu bashaka guhirika ubutegetsi bwa Mogadiscio.


Mariella Bukuru

Messages

  • Naba Shabbab bab’Islam bintagondwa kukohariho aba Somalians beshiba b’Islam batari itagondwa kukonaburya butegetsi bwi Mogadisciao bugizwe nab’Islamu ariko murabonako bwankwa naboba Shebbab egobose bitwa aba Islamu ariko hakabaho Shebbab ijamwo uwowese yemeye kuba icihebe,hakongera hakabaho naba Islamu batagenzwa nokubivyihebe aribobabo mukunzekubona mubihugubitandukanye dukorana ibikorwa vyamisiyose bitandukanye.

  • Jewe Inama Nobwira Shabab Nuko Uwutsinzwe Ntibatsindaho Nta Basoda Baba Rundi Nda Uganda Bazotsinda Bira Bagira Ntibitege Ijuru Ahubwo Bitege Ibihano Vyimana Birya Bakora Ninko Kwita Kwibuye.

  • Ntakundi bihangane abislam nobabwiraa Imana n’iyo nkuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.