IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Somaliya : Ikibombe catewe mu miduga iva ku kibuga c’indege

Somaliya : Ikibombe catewe mu miduga iva ku kibuga c’indege

mercredi 3 Kigarama 2014

Mu gitero cabaye ku kibuga c’indege c’i Mogascio mu gihugu ca Somaliya, abarundi bakorayo bavuga ko atamurundi yahasize ubuzima.

Ico gitero caje inyuma y’aho imiduga yarimwo abakozi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU barimwo n’abarundi bariko bava ku kibuga c’indege basohoka, umuduga umwe ukaba waciye uzijmwo, uo nawo uhava uturikiriza ikibombe hagati mu miduga, aho bivugwa ko bane baciye bitaba Imana nk’uko vyemezwa n’umwe mu baporisi bakorera aho ku kibuga c’indege.

Kugeza ubu ntanumwe ariyemerera ico gitero ko ariwe yagikoze. Ico bikoze akaba ari uko ico kibanza gisa n’icabaye ikirimbiro ry’abihevyi, mu gihe ari ikibanza gikingiwe. Muri uyu mwaka w’2014, ico kibuga c’indege kikaba kimaze guterwa gatatu kose.


Aristide Nizigire

Messages

  • IGITABO CA YESAYA42:2 IJAMBO RY’UHORAHO RIRATUBWIRA NGONIWACAMUMURIRO NTUZOSHA YEMWE BARUNDI MURI ISOMARIYA MUHAGARARE MURI KRISTO IZONTAKEBWA MUMITIMA MUZOZIGIRA NKUKO DAUDI YAGIZE GORIYATI UWARAHANZE UBWOKO BW’IMANA ISI YOSE IRORA ARIKO NAMWE NTIMUTENZURE MUGUSENIGITABO CA YESAYA42:2 IJAMBO RY’UHORAHO RIRATUBWIRA NGONIWACAMUMURIRO NTUZOSHA YEMWE BARUNDI MURI ISOMARIYA MUHAGARARE MURI KRISTO IZONTAKEBWA MUMITIMA MUZOZIGIRA NKUKO DAUDI YAGIZE GORIYATI UWARAHANZE UBWOKO BW’IMANA ISI YOSE IRORA ARIKO NAMWE NTIMUTENZURE MUGUSENIGITABO CA YESAYA42:2 IJAMBO RY’UHORAHO RIRATUBWIRA NGONIWACAMUMURIRO NTUZOSHA YEMWE BARUNDI MURI ISOMARIYA MUHAGARARE MURI KRISTO IZONTAKEBWA MUMITIMA MUZOZIGIRA NKUKO DAUDI YAGIZE GORIYATI UWARAHANZE UBWOKO BW’IMANA ISI YOSE IRORA ARIKO NAMWE NTIMUTENZURE MUGUSENIGITABO CA YESAYA42:2 IJAMBO RY’UHORAHO RIRATUBWIRA NGONIWACAMUMURIRO NTUZOSHA YEMWE BARUNDI MURI ISOMARIYA MUHAGARARE MURI KRISTO IZONTAKEBWA MUMITIMA MUZOZIGIRA NKUKO DAUDI YAGIZE GORIYATI UWARAHANZE UBWOKO BW’IMANA ISI YOSE IRORA ARIKO NAMWE NTIMUTENZURE MUGUSENGA

  • @ Muvuga butumwa, rekambanze kugushimira kumajambo mezawahaye bagenzibacu bagiyemuri Somalia gufashakugarukana amahoro, ariko harihakantu nshaka kukwibariza nkunze kuzandabona rimwenarimwengaha kubandi bagenzibacu bababatanze ivyiyumviro vyabo,Mbega ibibintu vyokwandika amajambo asa niwewe ubawabigize ubibona cankenawewobugaruka ukabisoma ugasanga vyirwijije incuronyishi ibintuwanditse? Ariko ndagushimiye wanditse amajambo yinkora mutima gose.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.