Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Soudan :umusirikare wa ONU yarishwe mu gitero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Soudan :umusirikare wa ONU yarishwe mu gitero

Soudan :umusirikare wa ONU yarishwe mu gitero

vendredi 14 Ruheshi 2013

Umusirikare w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU yarishwe abandi babiri barakomereka mu gitero cahasanzwe hari abasirikare ba ONU mu Bumanuko bwa Kordofan aho hari imirwano hagati y’igisoda ca Sudani hamwe n’abarwanyi ,vyavuzwe n’umuvugizi wa ONU kuri uyu wa gatanu.

Ibisasu bibiri bikaba vyarashikiriye ububiko bw’ibikoresho vya gisirikare bw’iryo shirahamwe mpuzamakungu i Kadougli ,muri Leta iri mu Bumanuko bw’i Kordofan .

Uusirikare w’amahoro akaba yarishwe abandi babiri barakomereka, bikaba vyavuzwe muri AFP, umuvugizi w’igisata co kubungabunga amahoro mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Kieran Dwyer.


Floxella Karire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.