Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sudan na Sudan y’Epfo zemeye gusubira kwimbura ibitoro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sudan na Sudan y’Epfo zemeye gusubira kwimbura ibitoro

Sudan na Sudan y’Epfo zemeye gusubira kwimbura ibitoro

mardi 12 Ntwarante 2013

Sudan na Sudan y’Epfo zemeye gusubira kuvoma ibitoro inyuma y’impari ku kugabura amafaranga avuyemwo zatumye kwimbura ibitoro bihagarikwa igihe c’umwaka urenga.

Sudan y’Epfo yiyonkoye kuri Sudan mu 2011 izosubira kwimbura ibitoro ku wa 24 ukwezi kwa gatatu hisunzwe ayo masezerano yumvikaniweko muri Ethiopia.

JPEG - 22.9 ko

Ivyo bihugu vyompi bizeye uburaro n’uburamuko ahanini kuri ivyo bitoro vyimburwa mu bumanuko ariko bigaca mu mirongoti yo mu buraruko kugira bishike mkw’isoko mpuzamakungu.

Banumvikanye gukura ingabo ku rubibe bisangiye.
Hazoshingwa akarere katagiramwo ingabo kugira hongerezwe umutekano.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.