Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Sudani y’epfo : Intureka zirabandanya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sudani y’epfo : Intureka zirabandanya

Sudani y’epfo : Intureka zirabandanya

jeudi 19 Kigarama 2013

Uwahoze ari icegera c’umukuru wa Sudani y’epfo, Riek Machar, yahakanye ivyo yagirizwa ko yoba yaragerageje gukora ibikorwa vyo guhirika ubutegetsi.

Riek Machar amenyesha ko intureka zatangiriye mu murwa mukura wa Juba zitegerezwa kubazwa umukuru w’igihugu Salva Kiir. Ku bwiwe, ivyo ariko aragirizwa bigamije guhishira ibikorwa bitari vyiza bikorwa na Reta ya Sudani n’epfo.

JPEG - 33.8 ko
Riek Machar

Ku ruhande rw’ubutegetsi, umukuru w’igihugu Salva Kiir yagiriza Riek Machar kuba ariwe yakoze ivyo bikorwa vya gisirikare vyo gushaka guhirika ubutegetsi.

Twobamenyesha ko Riek Machar akomoka mu bwoko butavuga rumwe n’ubw’umukuru w’igihugu Salva Kiir.
Intureka muri ico gihugu zirabandanya. Havugwa ko izo ntureka zageze no mu bindi bisagara, harimwo n’igisagara ca Bor. Amasasu menshi aheruka kwumvikana hafi y’ibirindiro bibiri vya gisirikare.

Egide Nduwimana

Messages

  • turabashimira kumakuru atngwa nico konyamakuru ariko twobasabako mwo kongera ubuhinga amakuru mukayatana akiba je ndi ijuba ayamakuru muyatanze haciye iminsi ibiri yose sivyiza gerageza gutanga amakuru kugihe mudacerewe

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.