Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Syria : Abandi banyagihugu bakuwe muri Homs - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Syria : Abandi banyagihugu bakuwe muri Homs

Syria : Abandi banyagihugu bakuwe muri Homs

lundi 10 Ruhuhuma 2014

Abakozi b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU bakuye muri Homs amajana y’abanyagihugu, muri abo hakaba harimwo abagore n’abana.

Bulamatari w’intara yavuze ko abantu barenga amajana atandatu bashoboye gutabarwa. Umunyamakuru ari hafi ya Homs yavuze ko n’imiburiburi abantu buzuye bisi zibiri bajanywe hanze y’igisagara ca Homs.

Nk’uko aya makuru tuyakesha BBC Gahuzamiryango abivuga, bajejwe gutabara bajanyeyo infungurwa n’imiti. Abarwanya Reta bavuga ko ikibanza carimwo abarindiriye gutabarwa catewe ibisasu. Ariko ivyahononekariye canke abantu boba bahasize ubuzima bakaba bataramenyekana.

Bavuga kandi ko ingabo za Reta zafashe bamwe mu bagabo bari mu batabawe mu gukurwa mu gisagara ca Homs.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.