Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Syrie: Abababa 30 bapfuye bahitanywe n’igitero c’abiyahuzi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Syrie: Abababa 30 bapfuye bahitanywe n’igitero c’abiyahuzi

Syrie: Abababa 30 bapfuye bahitanywe n’igitero c’abiyahuzi

lundi 20 Mukakaro 2015

Abantu bababa 30 bapfuye abashika 100 nabo barakomereka,bahitanywe n’ibitero vy’abihevyi mu gisagara ca Suruc mu buseruko bw’igihugu ca Tirikiya,ku rubibe ico gihugu gihana n’igihugu ca Siriya.

Ico gitero cabaye mu gitondo co kuri uno wa mbere igihe urwaruka rurenga 300 rwari rushitse ku murwa mukuru wa Tirikiya bagana igisagara ca Kobane aho bari bagiye gufasha mu gikorwa co gusanura ico gisagara.

Icegera c’uwurongoye igisagara ca Suruc yavuze ko ico gitero gishobora kuba cakozwe n’abari mu murwi wa Etat Islamique ushaka gushinga Reta ifatiye ku mategeko ya Islam.

Muri uwo mwanya nyene,mu gisagara ca Kobane ikindi gitero cahiyanye abarwanyi b’abakiride 2.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.