Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tanzaniya: Abantu cumi na Batatu bitavye Imana basenyukiweko (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzaniya: Abantu cumi na Batatu bitavye Imana basenyukiweko (...)

Tanzaniya: Abantu cumi na Batatu bitavye Imana basenyukiweko n’umusozi

mardi 2 Ndamukiza 2013

Abantu cumi na batatu baritavye Imana i Arusha muri Tanzaniya basenyukiweko n’umusozi.

Uwomusozi wahora ufasha mubijanye nokwubaka,wabasenyukiyeko kuwambere inyuma y’invura yisegenya hakaba hacitse kwicumu abantu babiri.

Nicago kigira kabiri mumisi mike gikurikirana nico kumusi wagatanu aho igorofa yaguye kubantumirongo itatu nabatandatu i Dar es Salaam bakaba bose barahasize ubuzima.


Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.