Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Tanzaniya: Igorofa yaguye i Dar es Salaam ihitana 3 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Tanzaniya: Igorofa yaguye i Dar es Salaam ihitana 3

Tanzaniya: Igorofa yaguye i Dar es Salaam ihitana 3

samedi 30 Ntwarante 2013

Inzu y’igorofa yariko irubakwa mu muji wa Dar es Salaam muri Tanzania yaguye ihitana abantu batatu.

Abari mu bikorwa vyo gutabara bavuga ko abantu bashika cumi n’indwi bakuwe mu bihomoke vy’iyo gorofa.

JPEG - 40.9 ko

Bavuga kandi ko abandi bashika ku mirongo ine atawuramenya irengero ryabo.
Muri abo batarabonera irengero, harimwo abubatsi hamwe n’abana biga kw’ishure rya Koran riri hafi.

JPEG - 44.8 ko

Iyo nzu y’igorofa yariko irubakwa mu gice c’umuji wa Dar es Salaam kiberamwo urudandaza.


Nsengiyumva Paterne

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.