Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Thailand : Abatavuga rumwe na Reta bahakanye kuja mu matora - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Thailand : Abatavuga rumwe na Reta bahakanye kuja mu matora

Thailand : Abatavuga rumwe na Reta bahakanye kuja mu matora

samedi 21 Kigarama 2013

Umwe mu migambwe ikomeye muyitavuga rumwe n’ubutegetsi muri Thailand, ariwo "Democrats", wamenyesheje ko utazokwitaba amatora rusangi ategekanijwe mu kwezi kwa 2 kw’umwaka uza.

Iyo ngingo yafashwe n’abayobozi b’uwo mugambwe, inyuma y’iminsi itari mike hari ukutumvikana n’intureka vyahatswe n’uguhagarika Reta.
Umushikiranganji wa mbere, Yingluck Shinawatra, yahamagaje amatora inyuma y’imyiyerekano yabaye ku murwa mukuru Bangkok, imyiyerekano yasaba ubutegetsi gutanga imihoho.

Abashingamateka bo muri uwo mugambwe "Democrat" bagaragaje ko bashigikiye abakora imyiyerekano isaba ubutegetsi gutanga imihoho.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.