Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Libye: Ubuserukizi bw’Ubufaransa bwatewe n’abihevyi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Libye: Ubuserukizi bw’Ubufaransa bwatewe n’abihevyi

Libye: Ubuserukizi bw’Ubufaransa bwatewe n’abihevyi

mardi 23 Ndamukiza 2013

Abacungera umutekano babiri mu biro vy’ubuserukizi bw’Ubufaransa muri Libiya barakomeretse mu gitero c’abihevyi mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2013, kandi hakaba honanekaye n’ibintu vyinshi.

JPEG - 52.7 ko

Nk’uko bimenyeshwa, hononekaye ibintu bitari. Abacungera umutekano babiri hakaba harimwo umwe yakomeretse cane, imodoko zibiri zari zihagaze imbere y’ibiro zikaba zarasambutse, inyubakwa nayo nyene ikaba yabomotse igihande kimwe inyuma yiturika y’iyo modoka yarimwo ikibombe igihe c’isaha imwe y’agatondo.

JPEG - 38.4 ko
JPEG - 50.7 ko

Dorine Irambona

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.