Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
U Budagi bushaka kugaruza ubutunzi bwabikije - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > U Budagi bushaka kugaruza ubutunzi bwabikije

U Budagi bushaka kugaruza ubutunzi bwabikije

mercredi 16 Nzero 2013

Ibanki nkuru y’Ubudagi ivuga ko ifise amatoni amajana indwi abitse New York na Paris, ishaka kuzana Frankfurt mbitarenze 2020.

Izo zahabu zahungishirijwe hanze kubera gutinya ko zifatwa hamwe hari kwaduka igitero c’Uburusiya canke abari bagize urunani rw’aba communistes.

Abajejwe kugenzura ubutunzi mu Budagi baneguye leta y’ico gihugu ko itazi neza izahabu ifise hanze uko zingana, n’ uko zoba ari izahabu z’ukuri.

JPEG - 33.8 ko

Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.