Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
U Bufaransa bwemeye gufasha Mali kurwanya intagondwa z’abaroberi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > U Bufaransa bwemeye gufasha Mali kurwanya intagondwa z’abaroberi

U Bufaransa bwemeye gufasha Mali kurwanya intagondwa z’abaroberi

samedi 12 Nzero 2013

Umukuru w’igihugu c’u Bufaransa François Hollande yamenyesheje ko u Bufaransa bwiteguye gufasha Reta ya Mali kugwanya intagondwa z’aba islam zikomeza kwigarurira uduce muri Mali.

Izo ntagondwa bivugwa ko zikorana n’umuhari Al Qaeda, ubu zigenzura uburaruko bwa Mali.

Umukuru w’igihugu c’’u Bufaransa François Hollande yavuze ko agiye gusubiza vuba Reta ya Mali yamusavye infashanyo ya gisirikare mu kurwanya izontagondwa.
Ariko rero yamenyesheje ko ivyo u Bufaransa buzakora vyose buzabikora ari uko ishirahamwe mpuzmakungu rivyemeje.

Inama nkuru ya ONU ishinzwe umutekano kw’ isi, mu nama yayo idasanzwe iheruka ikaba yasavye ko inteko za ONU zongerezwa muri Mali ku rugero rudasanzwe.


Marie Claire Ingabire

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.