Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
U Buhindi : Umwana muto w’umukobwa w’imyaka indwi yafashwe ku (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > U Buhindi : Umwana muto w’umukobwa w’imyaka indwi yafashwe ku (...)

U Buhindi : Umwana muto w’umukobwa w’imyaka indwi yafashwe ku nguvu

mercredi 16 Nzero 2013

Umwana w’umuhindikazi w’imyaka 7 yafashwe ku nguvu kw’ishuri mu buzu bwa sugumwe aho uwo mwana w’umukobwa asanzwe yiga.Uwagirizwa amabi nkayo ngo yoba ari umusore w’imyaka 20.

Ngo uwo mwana yafashwe ku nguvu mumwanya w’akaruhuko nkuko igiporisi c’ubuhindi cabimenyesheje ngo ubwo buzu bwa sugumwe mbwegereye ibiro vy’umuyobozi w’iryo shuri lycée Deepvihar akaba ari umukenyezi. Iryo shuri rero ngo rikaba ryari rifise igisata c’amashuri y’intango.

JPEG - 47.7 ko

Abantu ibihumbi n’ibihumbi bakaba bazindukiye kuri uyu wa mbere kuri iryo shuri basaba ko bopfunga uwo muyobozi w’iryo shuri akaba yagirizwa ko atakoze akazi kiwe ko kwitaho abana nkuko vyategerezwa.

Ivyo rero bikaba vyabaye inyuma yaho mu kwezi kwa kigarama mu mwaka uheze hari habaye amabi nkayo akorewe umwana w’umunyeshuri w’imyaka 20 i New Delhi.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.