Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubudagi: Umukobwa wa mbere afise amabere manini kw’isi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubudagi: Umukobwa wa mbere afise amabere manini kw’isi

Ubudagi: Umukobwa wa mbere afise amabere manini kw’isi

samedi 17 Nzero 2015

Abantu bafise indemano zigitangaje baguma baboneka hirya no hino kw’isi, ku matohoza yagizwe ku bakobwa bafise amabere manini, uyu mukobwa w’umudagi yafashe ikibanza ca mbere kw’isi.

Mayra Hills w’imyaka 31 aracari umukobwa wa mbere kw’isi afise amabere manini. bahinga bayapimye basanze abipa ibiro 9 rimwe, bisigura ko abiri abipa ibiro 18.

Mayra yandika ku murongo wiwe wa Twitter ko yishimira cane igikiriza ciwe giteruye amabere afise uburemere bungana uko. Kw’igenekerezo rya 08 Kigarama mu mwaka uheze, yanditse ati:" Amabere yanje afise ubuzima yisangije kuko iyo atanguye kuzungazunga umubiri wose uca ukurikira". Ivyo yabivuze afatiye aho yariko tamba intambo ya Zumba ayo mabere agatabura ama "soutiens" atatu yose.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.