Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubufaransa: Baracarondera ibisigarira vy’abarokotse mu mpanuka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubufaransa: Baracarondera ibisigarira vy’abarokotse mu mpanuka

Ubufaransa: Baracarondera ibisigarira vy’abarokotse mu mpanuka

samedi 13 Mukakaro 2013

Mu gihugu c’Ubufaransa abajejwe gutabara baracariko bararondera mu bisigarira vya gari ya moshi yataye inzira ku gituro co mu bumanuko bwa Paris.

Gushika, ubu bimaze kumenyekana ko abantu batandatu aribo basize ubuzima muri iyo mpanuka.

Amakuru dukesha BBC avuga ko ubwoba bw’uko hoba hari iyindi mivyimba yaheze mu bisigarira vy’iyo gari ya moshi, butanguye kwiyongera.

Umudereva w’iyo gari ya moshi yashimwe kuba yaravugije inzamba mu kuburira izindi gari ya moshi ngo ntizinjire mu gituro ca Bretigny-sur-Orge.

Umukuru w’igihugu w’Ubufaransa yamenyesheje ko hazoba itohoza rihereye ku mu ntango kugira bamenye icatumye iyo mpanuka.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.