Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubufaransa bwatakaje amahirwe yo kuzoja mu gikombe c’isi yose - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ubufaransa bwatakaje amahirwe yo kuzoja mu gikombe c’isi yose

Ubufaransa bwatakaje amahirwe yo kuzoja mu gikombe c’isi yose

mercredi 27 Ntwarante 2013

Inyuma yaho batsindiwe n’igihugu ca Espagne, abafaransa batakaje amahirwe yo kuzoja mu gikombe c’isi yose kizobera mu gihugu ca Bresil mu mwaka w’2014.

Ku kibuga c’Ubufaransa, imbere yabarorerezi isinzi, Espagne yaraye itsinze Ubufaransa ku gitsindo kimwe ku busa.

JPEG - 23.4 ko

Ubufaransa bwatakaje amahirwe yo kuzoja mu gikombe c’isi yose kuko mu nkino zitatu ubufaransa busigaje, zibiri bazozikinira hanze (muri Georgie no muri Bielorussie) hamwe n’urundi rukino rumwe bazokinira iwabo na finlande, bigakenerwa ko Ubufaransa butsinda muri izo nkino bimirije


Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.