Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubufaransa bwemeza urupfu rwa Abou Zeid - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubufaransa bwemeza urupfu rwa Abou Zeid

Ubufaransa bwemeza urupfu rwa Abou Zeid

samedi 23 Ntwarante 2013

Abdelhamid Abou Zeid yari umugaba mukuru akomeye mu muhari Al-Qaeda mu karere ka Maghreb(AQIM).

Ikinyamakuru c’abafaransa Le Monde caheruka kumenyesha ko ibipimo vy’uduce ndangakamere bita DNA/ADN vyatumye amenyekana ko yapfuye.
Ingabo za Chad zifatanije n’izo abafaransa mu ntambara yo muri Mali, zari zemeje ko zamwishe.

Perezida w’Ubufaransa yemeje ko Abdelhamiud Abou Zeid yishwe inyuma y’igitero cagabwe n’ingabo z’abafaransa Adrar mu misozi ya Ifoghas.

Ariko ivy’urupfu rwa Mokhtar Belmokhtar ntibiremezwa neza.
Abarwanyi bagendera ku vyiyumviro vya islam bifatiye uburaruko bwa Mali kuva mu mwaka uheze, inyuma y’itembagazwa ry’ubutegetsi mu murwa mukuru Bamako


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.