Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuhinde bugiye kongera igitigiri c’abapolisikazi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhinde bugiye kongera igitigiri c’abapolisikazi

Ubuhinde bugiye kongera igitigiri c’abapolisikazi

vendredi 4 Nzero 2013

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Buhinde Sushil Kumar Shinde, yavuze ko abapolisi b’abagore bazoshirwa ku bigo vyose muri Dheli.

Ngo bagiye kandi kongereza igitigiri c’abapolisi b’abagore mu gihugu cose.
Leta y’Ubuhindi yakomeje kostwa igitutu ngo ikomeze umutekano w’abakobwa n’abagore kuva aho umukobwa yagiriwe nabi n’abagabo batandatu bahitanye ubuzima bwiwe.

Urubanza rwa batanu mur’abo bagabo ruzotangura ejo kuwa gatandatu.
Uwundi aracakorwako itohozwa ngo barabe ko imyaka yavuze ko afise ariyo, ngo bimenyekane niba shobora gukurikiranwa muri sentare imwe n’abo bafatanije icaha.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.