Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuhindi: Abantu 27 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubuhindi: Abantu 27 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya (...)

Ubuhindi: Abantu 27 bapfuye bahitanywe n’isanganya rya gari ya mosha

mercredi 5 Myandagaro 2015

Abantu bashika ku 27 nibo bamaze kumenyekana ko baguye muri iryo sanganya rya gari ya mosha zibiri zagiriye isanganya mu bibanza bibiri vyegeranye.

Umushikiranganji ajejwe amabarabara ya gari ya mosha, Suresh Prabhu, yavuze ari imbere y’inama nshingamateka ko izo gari ya mosha zatemvye ahantu hari haguye imvura nyinshi yateye imyuzurira.

Gari ya mosha zibiri zataye ibarabara zigeze ku kiraro, bimwe mu bice vyazo birwa mu mazi.

Naho hari abapfuye,abantu baharurwa mu majana bashoboye kurokoka inyuma yo gutabwarwa.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.