Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuhinga bushasha bwo gufasha abatagira akazi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > Ubuhinga bushasha bwo gufasha abatagira akazi

Ubuhinga bushasha bwo gufasha abatagira akazi

mercredi 24 Ndamukiza 2013

Kazinews.com umuhora mushasha w’ ishirahamwe rishasha KS (Kurugero Soft s.a).N’ishirahamwe rishasha rikoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu kugabanya ibura ry’akazi mu gihugu c’u Burundi.

Bakoresha cane uburyo bwitwa NTIC (Nouvelles Technologiesde l’Information et de la Communication.) rikazotuma abashaka akazi bama bazi ku munsi ku munsi,kw’isaha kw’isaha aho bariko baratanga akazi,abariko baratanga akazi n’ivyo basaba uwushaka akazi.

Kazinews.com ikaba ibaha uburyo bunyaruka bwitwa alerte SMS,bubafasha mu kuronka ubutumwa bwitwa SMS mu materefone ngendanwa,ubwo butumwa bukaba buba burimwo aho bakeye umukozi bijanye n’ivyo wasavye gukora,mukoresheje ubuhinga alerte SMS canke alere Email muzoronka inyishu ku kibazo c’ibura ry’akazi mu gihugu.

Eka rirafasha no ku batanga akazi kuko hazoronka akazi aba bishoboye atari abakozi gusa,eka kandi hakaronka akazi abagakunda kandi bakiyumvamwo atari abanebwe.Kazinews.com ikaba isaba abantu bose batagira akazi kwamana hafi ivyankenerwa bimwe bimwe,kubijanye na CV,www.kazinews.com niyo ibabwira ibikenewe.


Jean de Dieu Munyembabazi

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.