IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amashuri > Ubushinwa bwarafashije intara ya Mwaro

Ubushinwa bwarafashije intara ya Mwaro

dimanche 21 Ndamukiza 2013

Uwuserukira igihugu c’Ubushinwa mu Burundi, yaraherekeje icegera ca mbere c’Umukuru w’igihugu, Therence Sinunguruza, kuri uyu wa gatandatu, igekerezo rya 20 Ndamukiza 2013, mu birori vyo kwugurura ishure shingiro.

Biciye ku mfashanyo y’igihugu c’Ubushinwa, iryo shure ryubatswe mu Ntara ya Mwaro, i Ruryazo muri komine Kayokwe, rikaba rigizwe n’ibirasi vyubatse neza hamwe n’ikibanza cagutse abanyeshure bazokiniramwo.

Inyuma y’ivyo birori, abo bategetsi bompi barifadikanije n’abandi banyagihugu mu guca ibarabara mu kigwati co mu Gihinga, kiri muri iyo komine nyene ya Kayokwe.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.