Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubushinwa bwugarijwe n’imyuzurira - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubushinwa bwugarijwe n’imyuzurira

Ubushinwa bwugarijwe n’imyuzurira

samedi 18 Rusama 2013

Intara ya Guangdong imaze gutangaza ko abantu 36 bapfuye, bahitanwe n’imyuzuri yadutse mu ntara icenda z’ubumanuko bw’Ubushinwa.

Abandi batandatu baguye muri Jiangxi, nk’uko bivugwa n’umushikiranganji ajejwe abanyagihugu.

Uno munsi kuwa gatandatu hitezwe iyindi mvura nyinshi muri Guangdong, iri kumwe n’igihuhusi, aho bishobora gutera iyindi myuzurira.

Imirwi yo gutabara yamaze kurungikwa mu turere twababaye kurusha ahandi.
Abantu bagera ku 900 000 nibo bahuye n’ingaruka z’iyo myuzurira, aho amazu 2675 yasambutse, nk’uko bitangazwa n’ikinyamakuru Xinchua.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.