Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubutaliyano : Berlusconi yaciriwe imyaka 7 y’umunyororo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubutaliyano : Berlusconi yaciriwe imyaka 7 y’umunyororo

Ubutaliyano : Berlusconi yaciriwe imyaka 7 y’umunyororo

mardi 25 Ruheshi 2013

Sentare yo mu Butariyano yakatiye umunyororo w’imyaka indwikatiye imyaka 7 Silvio Berlusconi yahoze ari umukuru wa Leta y’ico gihugu inyuma yo kwagirwa n’icaha co kugira imibonano mpuzabitsina n’indaya (maraya) yo ku rugero rw’umwana.

Sentare y’i Milan yongeye iramubuza kuzosubira kwitoza mu kibanza c’umuyobozi muri Leta. Sentare yaramwagirije kandi gukoresha ubushobozi bwa politike mu kugerageza kunyegeza ko yakoze ico caha c’imibonano mpuzabitsina.

Yaba Berlusconi yaciriwe urwo rubanza, yaba uwo mukobwa aririmba mu nzu y’ubutambiro, bose bavuga ko batigeze bagirana imibonano mpuzabitsina.

Mwomenya ko Berlusconi yari asanzwe yarakatiwe igihano co gufungwa kubera kutariha ikori ariko abamenyeshamakuru bavuga ko ashobora kudahonyoza ikirenge mu munyororo kubera ko imanza zungurujwe zimara igihe kirekire cane mu Butaliyano


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.