Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubutaliyano : Leta yuvikanywe n’abarongoye imigambwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubutaliyano : Leta yuvikanywe n’abarongoye imigambwe

Ubutaliyano : Leta yuvikanywe n’abarongoye imigambwe

dimanche 28 Ndamukiza 2013

Mu Butaliyano habaye umwumvikano wo gushiraho Leta ihurikiyemwo bose inyuma y’amezi hari ukwutumvikana muri politike y’ico gihugu.

Umushikiranganji wa mbere yashizweho Enrico Letta, yamenyesheje ko habaye umwumvikano inyuma y’imibonano bagiranye n’umugambwe w’abademocrate hamwe n’abaconservateur bahurikiye mu mugambwe wa People of Freedom w’uwahoze ari umushikiranganji wa mbere Silvio Berlusconi.

Umunyamabanga w’uyo mugambwe wa Berlusconi, Angelino Alfano niwe azoba icegera c’umushikiranganji wa mbere;Berlusconi we rero ngo ntazoja muri iyo leta.

JPEG - 19.2 ko

Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.