Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuzima ni bwiza kuri Eliaquim Mangala - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ubuzima ni bwiza kuri Eliaquim Mangala

Ubuzima ni bwiza kuri Eliaquim Mangala

jeudi 30 Rusama 2013

Uwo mukinyi w’inyuma w’umufaransa yahiswemwo n’umurwi wa Bleus kugira bahangane n’imirwi ya uruguay n’uwa Brésil. Ikindi kandi, uwo mukinyi w’imyaka 22 agiye mu murwi wa Chelsea.

Ariko rero umurwi wa Porto yahora akinamwo ntuzomurekura ku mafaranga ari munsi y’imiriyoni 35 z’amanyaburaya. Vuba umumenyereza Jose Mourinho agiye kumenyereza umurwi wa Chelsea, ategura gushira k’urutonde izina ry’umukinyi Eliaquim Mangala.

Uwo mukinyi w’umufaransa yaragize ico avuga kur’ivyo, aho avuga ko ari ibihuha. Avuga ati: "Ariko ngerageje kuvuga,kugenda muri iri ci ntibiri mu vyiyumviro vyanje, nipfuza kuguma muri Porto, ariko mu mupira w’amaguru, birahinduka, mu vy’ukuri si muri iyi minsi.


Prosper Ndayikeza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.