Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubwongereza: Ntakangonongono mu mupira w’amaguru - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ubwongereza: Ntakangonongono mu mupira w’amaguru

Ubwongereza: Ntakangonongono mu mupira w’amaguru

vendredi 12 Ndamukiza 2013

Imigwi y’umupira w’amaguru mw’ihiganwa rya Premiership mu Bwongereza yumvikanye gukoresha ubuhinga bwo mu kigo Hawkeye bwerekana ko igitsindo cinjiye, guhera mu mahiganwa azokurikira.

Iyo migwi yatoye ubuhinga bwakozwe n’ikigo co mu Bwongereza, busanzwe bukoreshwa mu nkino za tennis na cricket.Hawkeye ivuga ko ivyuma bifata amasanamu (camera) ikoresha, bifise ubunyarutsi bunini cane, ku buryo bishobora kwerekana aho umupira waguye mu misegonda mike, bagaca babimenyesha umuhagarikizi.

Harabaye amakosa menshi akomeye, aho umupira waba warenganye umurongo w’igori, ariko umuhagarikizi ntatange igitsindo,rimwe na rimwe ugasanga birateranije abarorerezi,abakinyi be n’umuhagarikizi.ubwo buhinga rero bukaba buzotuma atanumwe atahana akangonongono.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.