Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uganda: Habonetse indwara isa na ebola - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Uganda: Habonetse indwara isa na ebola

Uganda: Habonetse indwara isa na ebola

samedi 17 Myandagaro 2013

Abajejwe amagara y’abantu muri Uganda bavuga ko habonetse indwara mu Buraruko, ituma abarwayi bituma amaraso menshi, nka kumwe kwa ebola.

Amakuru atangwa na BBC Gahuzamiryango avuga ko ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu muri Uganda buvuga ko abantu batandatu bariko barapimwa indwara izwi mu Congereza kw’izina rya Crimean-Congo Haemorrhagic Fever (CCHF).
Ngo abandi bantu batatu bapfuye, bikibazwa ko bahitwanywe n’iyo ndwara, yandukira mu kuribwa n’inyondwe.

Mu mwaka uheze Uganda yabonetsemwo ibiza bibiri vya Ebola, hamwe n’ikindi kiza gisa nayo kizwi kw’izina rya Marburg.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.