Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uguhura kwa Barca,Bayern,Dortmund na R.Madrid kwamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uguhura kwa Barca,Bayern,Dortmund na R.Madrid kwamenyekanye

Uguhura kwa Barca,Bayern,Dortmund na R.Madrid kwamenyekanye

vendredi 12 Ndamukiza 2013

Bayern Munich- Barcelone na Borussia Dortmund-Real Madrid nizo nkino z’ igice ca kabiri c’ ihiganwa y’ imirwi yatsindiye iwabo mu kigabane c’ iburaya bivuye ugushira mu mirwi vyaraye bibaye kuri uyu wa gatanu ku c’icaro ca UEFA i Nyon (Mu Buswisi).

Imikino itangura ikaba izoba ku wa 23 na 24 ndamukiza, iyisubiza nayo ku wa 30 ndamukiza na 1 rusama. Urukino rwanyuma rukaba ruzobera ku wa 25 rusama i londres, ku kibuga c’ i Wembley.


Armel Nakindavyi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.