Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uko imirwi iri muri Primus Ligue yatsindanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Uko imirwi iri muri Primus Ligue yatsindanye

Uko imirwi iri muri Primus Ligue yatsindanye

mercredi 1er Ndamukiza 2015

Imirwi y’umupira w’amaguru yo mu cicaro ca mbere iri mw’ihiganwa rya Primus Ligue yarabandanije inkino zayo z’indwi ya 22. Inkino zabaye ku magenekerezo ya 28, 29 na 31 Ntwarante.

Mu bibanza vy’imfatakibanza, umurwi wa Vital’o uracari kw’isonga n’amanota 51 n’ibitsindo 47, hakurikira Lydia Ludic Sport For Africa(LLS4A) ifise amanota 43 n’ibitsindo 26 na Athletico : amanota 41 n’ibitsindo 11

Inkino ziheruka, imirwi yatsindanye uku gukurikira :

- Nyanza United 1 – 1 Bujumbura City

- Academy Tchite 1 – 0 Messager Ngozi

- Inter star 1 – 0 Rusizi

- Athletico Olympic 1 – 0 LL s4a

- Vital’o Fc 0 – 0 Muzinga

- Messager Ngozi – Olympic Star, urukino rukinwa uno munsi i Ngozi.

Tubibutse ko kuri uwu wa gatatu ariho umurwi nserukiragihugu w’abafise imyaka 23 batangura imyimenyerezo y’urukino rwo gusubiza ruzobera muri Egypte.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.