Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umubiri wiwe ufise isumaku, arenganye nta cuma gisigara hasi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umubiri wiwe ufise isumaku, arenganye nta cuma gisigara hasi

Umubiri wiwe ufise isumaku, arenganye nta cuma gisigara hasi

lundi 24 Ruhuhuma 2014

Kw’isi haza haribonekeza ibintu bisiga ubwenge kandi bitwenza. Hari umugabo amaze imyaka 5 amenyeko afise isumaku bivuye ku nguvu z’impwemu umubiri wiwe uriko urasohora, aho rero aregeranya ivyuma vyose biri hafi yiwe.

Umugabo aturuka mu gihugu ca Bosnie-Herzegovine aciye iruhande y’ivyuma nta nakimwe gisigara mu kibanza carimwo. Amasahani, ibiyiko, imbugita, ibikombe, amasafuriya, za gendanwa, eka n’ibindi usanga bimwuzuyeko. Muhibija Buljubasic, afise imyaka 56, haheze imyaka 5 amenyeko umubiri wiwe ufise ububasha nk’ubwo. Rero kugira rero ivyo bikunde, hari ho urugero rw’impwemu aba arungitse.

Mu kiganiro yatanze ku kinyamkuru Reuters, uwo mugabo yemeje ko ubu yamaze kumenya impwemu akoresha kugira yegeranye ivyuma akeneye.

Irabirare amasanamu y’uyu mugabo


Chérif nkeshimana

Messages

  • IKIBAZO NOKWIBAZA AFISE IMIGENDERANIRE IMEZE GUTE?HAGATI Y’IMANA N’ABANTU.ASENGERA HE?HAMWE YOBA AKORANA NAMASHETANI NTAGITANGANJE.KWOBA ARI UGUSAMAZA ABAKRISTU.NINO ABAKORA IBITANGARO VYASEKIBI NIBESHI.

  • Numva ibiriko bibera kwisi arihatari!ahubwo ndadamwe ntaco nkivuga!abizera nimwizere Imana yo tuzi ibitangaza yakoze.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.