IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Umuduga wunguruza abantu waturiwe muri komine ya Ngagara

Umuduga wunguruza abantu waturiwe muri komine ya Ngagara

dimanche 31 Rusama 2015

Umuduga wunguruza abantu wo mu bwoko bwa coaster watuririwe mu ngagara muri quartier y’9.

Uwo muduga usanzwe utwara abantu, ukaba waturiwe mu masaha yo ku mugoroba, nk’igihe c’isaha cumi na zibiri zirenga. Imiduga isanzwe yunguruza abantu, ikaba imaze guturirwa itari mike kuva imyiyerekano yiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza gitanguye, co kimwe n’iyindi miduga n’amapikipiki.


Aristide Nizigire

Messages

  • nibababandanye akataretse kaba gasema none iyo miduga nayo yoba igomba kwitoza aka arico izo nkorabara ivyo binywamaraso bariko barayituririra?

  • bashaka gutwar i gihugu agatima kubukoko katarabavamwo ahubwo nabo nyene bakwiy guturigwa. nu dushetani twigendera!

  • emma

    barayamaze ngo amatwi yimpene yumva yokeje ayo mashetani ntiboyaha umuti wamasasu bararengeje sinzi ko batakiri abantu yemwe mwavuze ngo president azoja irahe ahubwo muraraba neza kwatari mwebwe muzojayo. mwanyaka burundi gezaho guturira imiduga

  • ejo bazoyikenera nuko nyene ivyobirara vyamenyereye kugenda namaguru

  • Barakabona Bawuturiy!Bamwe Bagwanire Igihugu Kugira Ntikigw Mumanga Abandi Baje Kwironderra Amahra?Jana Izomodoka Zanyu Muma garages Mpaka Sowanyu Asokoy Kwitoza Sinon Barazizigiza Nyene!P6

  • Abunguruza abantu bakwiye kumenya ko igikorwa abarundi isinzi barimwo ko kiraba kira murundi wese aho nkaba nshatse kuvuga kubijanye n’ukwiyamiriza ikiringo ca 3 ca Petero Nkurunziza mubijanye n’ukwitoza.Kuko ntakuntu abarundi isinzi boba bari mumyirekano y’ukwerekana akababaro bafise hanyuma bamwe mubarundi tugaca tuja kubacishako imiduga yacu,ahubwo ntibaziturira barazikiza ,wewe ubona ko udakwiye kwifatanya nabo gumiza n’uwo muduga wawe imuhira

  • Ubwo kandi muraturira imiduga y’abanyagihugu ngo murahima Nkurunziza!

  • muturire izo modoka kuko nubundi zisa nabi zirateye iseseme mu gisagara. nimuheza muturire utwo tuzu ducafuza umujyi. Mugure amamodoka meza nkayahano i kigali, kandi mwubake amazu nkaya hano kigali. murebeko mutazaronka abagwizatunga bavuye mu makungu.

  • @ONU
    Nta banyamahanga baza gutsimbatara i wacu tugishaka,hazoza abashaka kandi ntabo tuzobura,ikindi kigali et bujujumbura ntituri muri compétition,twebwe dukora kuri rythme yacu,abashaka bazoze babe i wanyu nimba ari heza!!

  • Izombwebwe nizireke guta ishavu ku miduga yabandi aho ntabwenge n’ubushishozi burimwo

  • Izombwebwe nizireke guta ishavu ku miduga yabandi aho ntabwenge n’ubushishozi burimwo

  • Ariko ivyo abanyagwanda muvuga aho muribuka kahise kanyyu uwukize isemu yibagira icamwirukanye kandi muragenzabuhoro kuko Mbona na wranyu adashaka kukivako aho muhindura ibwirizwa shingiro kubera iki aho kagame yopfa ntawundimunyarwanda yo twara u Rwanda?

  • Abanya Rwanda ko mbona mwuzuye agasuzuguro ibitabaraba murabe hasi kuba hari mpuzi zavuye iburundi zigahungira aho iwanyu ntibibatere agasuzuguro kanatsinda ntizifashwa na reta yanyu zifashwa na HCR Twebwe ntitwifatirwa nkuko kagame wanyu yabafashe musigaye mumwunamira kurusha Imana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.