Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugore yitwariye Facebook kubera yerekanye isanamu yiwe iteye (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umugore yitwariye Facebook kubera yerekanye isanamu yiwe iteye (...)

Umugore yitwariye Facebook kubera yerekanye isanamu yiwe iteye isoni

vendredi 1er Myandagaro 2014

Umuhora wa Facebook uherutse kwitwarirwa n’umugore aba mu ntara ya Texas, awagiriza ko wanse gufuta amasanamu y’ubuhumbu (Pornographie) umugabo wiwe yatangaje inyuma yo kwahukana.

JPEG - 46.9 ko
Meryem Ali yitwariye Facebook

Meryem Ali yagiriza Facebook ko yanse gufuta amasanamu y’ubuhumbu umugabo wiwe yatanze. Uwo mugore avuga ko umugabo wiwe yafashe amafoto yiwe ari gusa, arayahindura ayakoresha muri ya masanamu y’ubuhumbu( Pornographie). Uwo mugabo yabigira kugira amaramaze Meryem Ali kubera bahukanye.

Icababaje kuruta ibindi Meryem, n’uko Facebook yanse gufuta ayo masanamu iyo hatobaye abajejwe umutekano.

Meryem Ali asaba Facebook indishi y’akababaro ingana imiriyoni 123 z’amadorari. Abamuburanira bavuga ko Facebook itegerezwa kuriha ayo mahera kubera yarengeye agateka ka zina muntu k’uwo mugore.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.