Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugwi Vital’O washitse mu gihugu c’u Rwanda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umugwi Vital’O washitse mu gihugu c’u Rwanda

Umugwi Vital’O washitse mu gihugu c’u Rwanda

jeudi 14 Ruhuhuma 2013

Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2013,umugwi wa Vital’O warafashe urugendo rwo kuja mu Rwanda m’urukino rwo gukurakuranamwo ku migwi yabaye iya mbere iwabo aho izohura n’umurwi APR wo mu Rwanda.

Umurwi wabaye uwa mbere mu Burundi uzokina urwo rukino igenekerezo rya 16 Ruhuhuma muri uno mwaka urukino rwa mbere na APR.

JPEG - 12.2 ko

Umumenyereza wa Vital’O Gilbert Kanyenkore aramenyesha ko biteze itsinzi muri urwo rukino rwa mbere inyuma y’aho bazoca bakina urukino rw’ugusubiriza mu ndwi zibiri i Bujumbura.

Umugwi Lydia Ludic Burundi nawo kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17 Ruhuhuma muri uno mwaka i Bujumbura uzokwakira AS Police umugwi wabaye uwa kabiri mw’ihiganwa ryo mu gihugu c’u Rwanda.


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.