Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukenyezi yibarukiye mu Ndege - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umukenyezi yibarukiye mu Ndege

Umukenyezi yibarukiye mu Ndege

mercredi 16 Nzero 2013

Hari umukenyezi yibarukiye mu ndege. Uwo mukenyezi rero yibarutse indege igeze hagati ya Novosibirsk mu Burusiya na Erevan muri Arménie.

Bashitse, uwo mwana hamwe n’umuvyeyi wiwe baciye babajana kwa muganga kandi bamenyesha ko bakomeye neza.

Twobamenyesha ko uwo mukenyezi yaciye ahitamwo kwita umwana wiwe w’umukobwa yarahejeje kwibaruka, izina ry’uwamufashije kwibaruka asanzwe akorera muri iyo compangnie y’indege.

JPEG - 11.6 ko

Grace Irimbere

Portfolio

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.