Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi wa Cameroun waje wazikenyeye mu rukino n’Intamba mu Rugamba - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umurwi wa Cameroun waje wazikenyeye mu rukino n’Intamba mu Rugamba

Umurwi wa Cameroun waje wazikenyeye mu rukino n’Intamba mu Rugamba

samedi 10 Rusama 2014

Muri za nkino z’ijonjora z’imirwi nserukira bihugu y’imikangara ifise munsi y’imyaka 20, abakinyi 20 n’abaherekeje 13 bo mu gihugu ca Cameroun bari aha i Bujumbura kwitegurira urukino ruzobahuza n’umurwi w’intamba mu Rugamba kuri uwu w’Imana.

Umurwi nserukira gihugu wa Cameroun bafise munsi y'imyaka 20

Intamba mu Rugamba zihejeje gutsinda umurwi wa Djibouti zaciye zihuzwa n’umurwi nserukira gihugu wa Cameroun ufise munsi y’imyaka 20. Baje ku munsi wa kane, urukino ruzoba aho bukera ku kbuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda z’umuhingamo(15h00). Abakinyi b’Intamba mu Rugamba, inyuma y’imyiteguro, ubu bari mu gahengwe "Local" kugira urwo rukino rutoroshe rusange batekanye.
Abakinyi 20 batowe guserukira igihugu ca Cameroun harimwo abakina mu mirwi y’i Burayi ikomeye cane nka FC Barcelone, Borussia Dortmund n’Ubufaransa. Harimwo kandi n’abakinyi 4 bakina muri Cotton sport de Garoua wakuyemwo Flambeau de l’Est. Abakinyi na Cameroun batumweko ni :

1) Joseph Fabrice Ondoa EBOGO / umunegori - Fc Barcelone .

2) Tabekou OUAMBE / Apejes

3) Kunde Malong PIERRE / Umukinyi wohagati - Athlétique Madrid

4) Ngah FABRICE /Astres de Douala

5) Ndongo Louis / Cotton Sport

6) Samuel NKOUA / Union de Douala

7) Dikwa LEGA / Panthère Sécurité

8) Yossanguim EPHRAIM / Cotton sport

9) Bana MOUSSA / Cotton sport

10) Andoulo SERGE / DAC

11) Teinté TONI / Paris Fc academy

12) Bassama NTSOLE / Cotton sport

13) Noubissi MARIUS / Astres de Douala

14) Libi Thomas JUNIOR / Astres de Douala

15) Zakarie Lionnel ENGUENE / umukinyi wo hagati - Fc Barcelone

16) MBENDE Moise Emmanuel / Borrusia Dortmund

17) Abogo PIERRE / umukinyi w’inyuma

18) Boya FRANCK / Nkufu sport

19) Nlate EKONGOLO / Sport Etude

20) MAHAMA / Sahel de Maroua

Abo bakinyi bari kumwe n’abamenyereza babo bafise ubuzi butandukanye, harimwo

1) Umumenyereza : - Aboubakar Souleymanou,

2) Umumenyereza ajejwe ibijanye n’ubuhinga : - Adjessa Yatia Jean Paul,

3) Uwumenyereza abanyezamu: - Mboyong Bienvenu,

4) Icegera c’umumenyereza:- Belinga Alexandre


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.