Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umutekano wongerejwe aho Mandela arwariye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Umutekano wongerejwe aho Mandela arwariye

Umutekano wongerejwe aho Mandela arwariye

mardi 11 Ruheshi 2013

Igipolisi congereje umutekano hanze y’ibitaro i Pretoria aharwariye Nelson Mandela yaraye ijoro rigira kane mu cumba c’abaremvye cane.

Uwo yahoze ari umukuru w’igihugu wa Africa y’epfo ariko aravurwa indwara y’amahaha yasubiye kumufata.

Kuva yinjira ibitaro mu gitondo co kuwa gatandatu, abagize umuryango wa Mandela n’abanyagihugu bo muri Afrika y’epfo babandanije kuza kumuraba, harimwo n’uwahoze ari umugore wiwe Winnie.

JPEG - 20.9 ko
Umuryango wa Nelson Mandela

Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.