Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuvyeyi yishe abana biwe batatu aca nawe ariyahura - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Umuvyeyi yishe abana biwe batatu aca nawe ariyahura

Umuvyeyi yishe abana biwe batatu aca nawe ariyahura

lundi 4 Ruhuhuma 2013

Mu ntara ya Bordeaux mu karere ka Saint-Gelais hafi ya Niort(deux-sevres) umuvyeyi yiyahuye yimanitse kuruyu w’imana ku mugoroba amaze kuniga abana biwe uwambere yari amaze imyaka 3 uwa nyuma yarafise imisi 19 nkuko amakuru yavuye mumatohoza abivuga .

Urwandiko rwatowe rusigura icatumye yiyahura n’ingene ibiziga vyabo vyahambwe vyoba bifitaniye isano n’ubwiyahuzi bw’umugabo wiwe yiyahuye igenekerezo rya 28 nzero yihoye ko afise ingorane zo kubura akazi n’ubukene nk’uko amatohoza avuga.

Abajandarume baciye bihutira kuhashika inyuma y’ubutumwa buciye kuri telephone uwo muvyeyi yiyahuye yandikiye umuryango wiwe avuga ko agira ashire kwiherezo ubuzima bwiwe munyuma umubanyi wiwe yaciye abona umuvyimba wiwe aca ahamagara abajandarume nabo bafashijwe n’abatabazi bita SAMU baciye batora ikiziga ciwe n’ic’abana biwe banizwe.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.