Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umwambaro Saido Ntibazonkiza azokinisha mu murwi wa Caen wamaze (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Umwambaro Saido Ntibazonkiza azokinisha mu murwi wa Caen wamaze (...)

Umwambaro Saido Ntibazonkiza azokinisha mu murwi wa Caen wamaze kumenyekana

samedi 19 Nyakanga 2015

Umukinyi Saido Ntibazonkiza yamaze kuronka umwambaro wiwe azokwambara mu murwi mushasha wa Caen agiye gukinira wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Ubufaransa.

Saido Ntibazonkiza azokina yambaye imwambaro wanditseko inomero 10 inyuma mu mugongo,n’izina ryiwe ry’ikirundi hejuru.

Umwambaro azokinisha wamenyekanye igihe yawerekana imbere y’abamenyeshamakuru.

Umukinyi Saido Ntibazonkiza azokinira umurwi wa Caen imyaka itatu,akaba yahora akinira umurwi wa Akhsar mu gihugu ca Tirikiya,imbere yaho yarakinye mu gihugu c’Ubuholande no mu gihugu ca Pologne.


Van Naris Mugisha

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.