Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umwana w’imyaka 8 avuga ko avura indwara za Cancer na Sida - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Umwana w’imyaka 8 avuga ko avura indwara za Cancer na Sida

Umwana w’imyaka 8 avuga ko avura indwara za Cancer na Sida

jeudi 3 Ndamukiza 2014

Umwana w’umukobwa avugako avura abantu bamwitura, haba abaza kwivuza indwara zidakira nka Cancer canke umugera wa Sida. Uwo mwana abakirira mw’isengero ya se wiwe maze akabanza kubasengera.

Alani Santos afise imyaka 8, yemezako avura abantu baza kumwitura, ivyo baza barwaye vyose. Abo rero bamusanga mu rusengero rwa se wiwe ruri ahitwa ahitwa i San Gonzalos hanze y’igisagara ca Rio de Janeiro muri Brésil. Alani yakira abantu kabiri mu ndwi, abantu rero baratonda kugira baronke amahigwe yo gukorwako
n’ibiganza vyiwe maze bakire. Abo ahejeje kuvura baraheza bagatanga amahera ariko tutamenye igitigiri. Alani yipfuza ko yoca aba umuganga kugira abandanye avura abantu.

Alani ati:"kubona Imana biciye mu bikorwa vyabo bantu mvura bagakira biraryoshe". Ako kigeme kabandanya kavugako se wiwe abaza abantu yavuye ko bakize nabo bakemeza ko bakize. Abazi ibikorwa vyo kuvura vya Alani Santos bamwita"missionarihna"bisigura umutumwa w’umwana".

Se wa Alani avuga ati:"umwana nta ngorane afise, kandi si we avura, ni Yezu avura nawe ni igikoresho ciwe".


Chérif Nkeshimana

Messages

  • GeragezA mubaze ko ashobora gusengera (intumva kandi zumva).kugira turungikeyo a ba kuru ba DD igihugu kitaragwa mukaga

  • Mugerageze,Mumuabaze?Kashobora,kuvura,abasazi Turungikeyo,nwari,kuko,yarasaze Asigayavuga Ibidahura

  • asha,ndibaza ko bamwe bama bavuze aya muhe ari bo ba Nwari ,uwobamushira botora agahengwe bakavuga ivy’abagabo.

  • Sha ndakosora wavuze ukuri nwari aragwaye nimba atagiye kwako kana azaje kwa le gentil mu kamenge kuko yarahahamutse.canke afise probleme pisycologique

  • King eka nabagezawe mwese ek ndabishure King uvuze kimwe ciza uti narahahamutse ico nico ,kuntwaro yanyu ubona uwoto hahamuka ninde?kiretse uwutagira umutima nkamwe ,.Aho ,inzArA yamaze abantu! 6500 abana bamashure mTo bahevye igice kimwe conye kitarahera province imwe gusa cA.ugwizA 17,et kaminuz 18000 bari,muhira? Bashikawe nabo 12950 batwarinda bakaheba amShure kumwaka hewe sinobikubwirA ngomeze .king kuriwewe ivyo nibisazwe?! Nyishura

  • Erega imyaka yaheze mudutoteza yatumye tuhigira vyinshi.izo nda bazibatera birukaa?abo baheba amashure nibo bazi ivyo bagiye gukora. abavyeyi babo nyiboyabakundisha?iyivunitse ica yiga gucumbagira.wait brother is our time.

  • Bambwirire nwari nubwo batumva!ka bazogenda baragwira nako kambwire nimba hariho abagabo,mu ba dd boba arabahe bakazoduserukira mu matora(kiretse ka kana kumugambwe)?niwemange ko atabuzi kuko mubisanzwe siwewe wenyene wobamenya kiretse ko boba bagutumye!

  • wesha kagabo wiyise @NIWEMANGE, wewe burya boba bagutumye.

    hanyuma uvuze ngo jewe ndi "ka- ?’’

    Mba ndagututse none,imana yawe usanze ugutukana naraguhevye. rero nagutay’imbo ,ab’imbo baragutora baguta mw’iwese n’ubu bakwitamba hejuru.

    n’

  • King urakoze kunyishura ariko umbwiye intwaro zacu bivuga intwaro zabatutsi kuko wama wavyanditse uruva jewe ncamba umututsi ok eka subire ndakubaze bivugako intwaro yanyu ubu abahutu bose baratuze!?!barashobora kurihira abana babo kaminuza, nokuba mugisGara etc King baza ubaze umutima wawe wibaze iyo wavuye uti gute jewe ndaziko uvuka kubavyeyi bakenye.kuko ntamwana wumutuzi yirirwa kurubuga yandika ikebuke mwana wamama ureke kunezegwa nabamerewe nabi kubera ufise ico urya umusi umwe gusa

  • Mbega iyi site yabaye iyo gutukanirako!ubwo nta sonini mufise?nkumuntuyemera iyi nkuru kurenganaubwo arazi ivyerekeranye nuwu mwuga kweli ,murakwiye kwisubirako.

  • abarundi ubwo nti mwasaze,murabashumba bihene,gutukana bibi

  • Mwomenyera Yatanze Iki Kugira Arambe Nkuko?Ni Kubuntu Bw-IMANA,Nabandanye Asenga Azorangize Ubuzima Bwiwe Ngaha Kwisi Ari Umwere.

  • Mwomenyera Yatanze Iki Kugira Arambe Nkuko?Ni Kubuntu Bw-IMANA,Nabandanye Asenga Azorangize Ubuzima Bwiwe Ngaha Kwisi Ari Umwere.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.