Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’abakinyi b’Intamba mu Rugamba bazokina na Congo Kinshasa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi b’Intamba mu Rugamba bazokina na Congo Kinshasa

Urutonde rw’abakinyi b’Intamba mu Rugamba bazokina na Congo Kinshasa

mardi 10 Ruhuhuma 2015

Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakinyi bafise imyaka 23 batanguye imyimenyerezo yo kwitegurira urukino ruzobahuza nabo mu gihugu ca Congo. Hasohotse urutonde rw’abakinyi 33 bavuye mu mirwi itandukanye.

Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore, kw’igenekerezo rya 09 Ruhuhuma hatangura imyimenyerezo, urukino ruzoba ari kw’igenekerezo rya 21 Ruhuhuma i Kinshasa. Urutonde rw’abakinyi batumweko mu muwi nserukira gihugu n’uru rukurikira:

Abanyezamu

1) Mbonihankuye Innocent Madede - LL s4a
2) Arakaza Mc Arthur - Vital’o Fc
3) Kandolo Amissi - Athletico olympic
4) Ndayishimiye Hussein - Messager Bujumbura

Abakinyi bo hagati no ku mpande zo hagati mu kibuga

1) Hakizimana Issa Vidic - LLs4a
2) David Nshimirimana-vital’o
3) Muhuza Patient Zokora - athlètico
4) Abou - Muzinga
5) Samuel Ndizeye - Buja city
6) Alain - Buja city
7) Niyonkuru Nassor- athletico
8) Harerimana Rashid Léon- LL s4a
9) Kiza Fataki - LL s4a
10) Steve - Volontaires fc
11) Idi Saidi juma Ballack - LL s4a
12) Nshimirimana Abassi - Buja city
13) Akimana Tresor - Athletico Olympic
14) Nirema Yves - inter star
15) Nininahazwe Fabrice Messi - LL s4a
16) Nahimana Shassir- vital’o
17) Hakizimana Yussuf Lule
18) Francis Ndjali - muzinga
19) Mubango Trésor-athletico
20) Mvuyekure Emmanuel Manou- Botswana
21) Nduwarugira Christophe Lucio- Chibuto
22) Sudy - inter star
23) Fabrice Sinzinkayo- Buja city
24) Saloum - Messager Bujumbura

Abasatitizi

1) Mavugo Laudit - Vital’o Fc
2) Abdul Razzak Fiston - sofapaka
3) Ndayisenga Kevin Dambo -Buja city
4) Hakizimana Hassan - Inter star
5) Hassan Shabani - J.A Academy Tchite .

Abamenyereza ni : Amidou Hassan, Kaze Cedric na Jimmy Ndayizeye


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.