Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’abakinyi batumweko gufasha umurwi nserukiragihugu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi batumweko gufasha umurwi nserukiragihugu (...)

Urutonde rw’abakinyi batumweko gufasha umurwi nserukiragihugu Intamba

jeudi 6 Munyonyo 2014

Mu ntumbero yo kwitegurira bihagije inkino za CECAFA, umurwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba watumyeko bamwe mu bakinyi bakinira hanze y’igihugu bazofashanya n’abasanzwe bakina mu mahiganwa yo mu Burundi.

Abakinyi batumweko ni aba bakurikira (Umukinyi n’umurwi akinamwo hanze y’igihugu)

1. Ali Moussa Sova : Kiyovu -Rwanda.

2. Ngama Emmanuel : URA-Ouganda

3. Fiston Abdulrazak : Sofapaka-Kenya

4.Tambwe Hamissi : Simba-Tanzanie

5. Kwizera Pierrot : Simba-Tanzanie

6. Didier Kavumbagu : Azam-Tanzanie

7. Christophe Nduwarugira : Chibuto-Mozambique

8. Amissi Cedric : Chibuto-Mozambique

Inkino za CECAFA zishobora kubera mu gihugu ca Ethiopiya naho bitaramenyekana neza, ikindi kiratatomoka n’igenekerezo ntabanduka.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.