Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’abakinyi b’Intamba bazokina na Botswana rwahindutse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’abakinyi b’Intamba bazokina na Botswana rwahindutse

Urutonde rw’abakinyi b’Intamba bazokina na Botswana rwahindutse

jeudi 8 Rusama 2014

Urutonde rw’abakinyi bazoserukira Uburundi mu nkino z’ijonjora z’imirwi nserukira bihugu rwahindutse. Hari hategekanijwe abakinyi 19 bakina mu mahanga, ariko baganijwe..

Inyuma yaho hasohokoye urutonde rw’abakinyi 19 bakina mu makungu bazoza gukina mu rukino ruzohuza umurwi w’Intamba mu Rugamba n’umurwi wa Botswana rusohokeye, rwahindutse. Umumenyereza Nasseem Lofty, kuva aho agarukiye ava mu gihugu iwabo aho yari yagiye kwivuza, agafadikanye n’abo basangiye kumenyereza Intamba, bakoze urundi rutonde.

Icahindutse n’uko hazotumwako abakinyi 10 gusa bakina mu bindi bihugu, 5 muribo bari i Buraya, abandi muri Afrika. Mwomenya ko imyiteguro itangura kuri uwu wa kane, urukino na Botswana rukazoba kw’igenekerezo rya 18 Rusama. Urwo gusubiza ni kw’igenekerezo rya 31 Rusama. Harategekanijwe urukino rwa kivandimwe ruzohuza Intamba n’umurwi wa Libiya ni kw’igenekerezo rya 25 Rusama 2014.

Abakinyi batumweko bavuye hanze y’Uburundi ni aba bakurikira :

1) Ntibazonkiza Saido akina muri Pologne

2) Nduwarugira Christophe ari muri Mozambike

3) Kwizera Pierrot akina muri Cote d’Ivoire

4) Armel Junior Dadrau : Canada

5) Ndikumana Yamin Selemani : Albanie

6) Valéry Nahayo akina muri Belgique

7) Habarugira David akina muri Belgique

8) Nsabiyumva Frederic akina muri Afrique y’epfo

9) Nzokira Jeff ari muri Djibouti

10) Lateef Alford Aliyu akina muri Malte mu Bufaransa

Urutonde rw’abakinyi bari mu karere bazokwitaba urukino, hatangura izina hakwirikira umurwi akinamwo :

1) BIHA Omar akina muir Vital’o

2) ARAKAZA Mac : Arthur Flambeau de l’Est

3) RUGUMANDIYE : Yvan Athletico Olympic

4) MBANZA Hussein : Inter Stars

5) JUMAPILI Iddy : Vital’o

6) RASHID Léon : LLB Academic

7) NKURIKIYE Léopord : Inter Stars

8) NDIKUMANA Yussuf : LLB Academic

9) MOUSSA Mossi : Vital’o

10) NZIGAMASABO Steve : Vital’o

11) NDARUSANZE Claude : LLB Academic

12) NAHIMANA Shasiri : Inter Stars

13) KAVUMBAGU Didier : Azam

14) NDAYISENGA Fuadi : Rayons Sports

15) AMISSI Cédrid : Rayons Sports

16) NIZIGIYIMANA Abdul Karim : Rayons Sports

17) SHABAN Hussein : Flambeau de l’Est

18) TAMBWE Amissi : Simba sports

19) MURUTABOSE Hemedi : Les Guêpiers du Lac

20) RUGONUMUGABO Stéphane : LLB Academic

21) HAKIZIMANA Issa : LLB Academic

22) KIZA Fataki : LLB Academic

23) HAKIZIMANA Pascal : Flambeau de l’Est


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.