Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rw’ibihugu bizohura mu gice c’umunani - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Urutonde rw’ibihugu bizohura mu gice c’umunani

Urutonde rw’ibihugu bizohura mu gice c’umunani

vendredi 27 Ruheshi 2014

Igice ca mbere c’ikurakuranamwo mu mirwi caraye kirangiye, mu bihugu 32 vyitavye inkino z’igikombe c’isi muri Bresil hasigaye ibihugu 16, ibindi vyaratsinzwe bica birasezera amahiganwa.

Ibihugu 16 bisigaye bizokina uku gukwirikira:

Aho bukera kw’igenekerezo rya 28 Ruheshi hazokina

1) Brésil - Chili isaha cumi na zibiri (18h00) ku kibuga kiri i Belo Horizonto

2) Colombie - Uruguay, mu gisagara c’i Rio de Janeiro, isaha zine z’ijoro

- Igenekerezo rya 29 Ruheshi

1) Pays-Bas - Mexique, i Fortaleza igihe c’isaha cumi (18h 00)

2) Costa Rica - Grèce, mu gisagara ca Recife isaha zine z’ijoro

- Igenekerezo rya 30 Ruheshi

1) France - Nigeria, i Brasilia isaha cumi na zibiri (18h00)

2) Allemagne - Algérie, mu gisagara ca Porto Alegre isaha zine z’ijoro

- Igenekerezo rya 01 Mukakaro

1) Argentine - Suisse, i Sao Paulo isaha cumi na zibiri (18h00)

2) Belgique - Etats-Unis, mu gisagara ca Salvador isaha zine z’ijoro

Mwomenyako umugabane wa Afrika userukiwe n’ibihugu 2, Algeriya na Nigeriya.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.