Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
USA yuguruye ubuserukizi muri Cuba inyuma y’imyaka 50 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > USA yuguruye ubuserukizi muri Cuba inyuma y’imyaka 50

USA yuguruye ubuserukizi muri Cuba inyuma y’imyaka 50

samedi 15 Myandagaro 2015

Reta Zunze Ubumwe za Amerika zuguruye ubuserukizi bwayo mu gihugu ca Cuba inyuma y’imyaka 50 yari iheze.

Imigenderanire hagati ya Reta Zunze Ubumwe za Amerika na Cuba yari yahagaze mu mwaka w’1961.Abasirikare batatu bamanuye ibendera rya Reta Zunze Ubumwe za Amerika mu mwaka w’1961 nibo kandi basubiye kuriduza.

Iyo myaka nyene niyo yari iheze ata mu tegetsi wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika agendeye igihugu ca Cuba.

John Kerry umunyamabanga wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika ajejwe imigenderanire yavuze ko hari hageze ko inyuma y’igice c’ikinjana ibihugu birabana ay’ingwe hari hageze ko bisubiza hamwe,bigafashanya mu kwiteza imbere bitisunze uburyo bwo gutwara burangwa mu gihugu icarico cose.


Van Naris Mugisha

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.